Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Nuko Abuneri n’ingabo ziwe bakesha iryo joro bajanye ikiyaya Araba; bajabuka Yorodani, bajana i Bitironi hose, bararuha bashika i Mahanayimu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:29
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yowabu na we arahindukira, areka gukurikirana Abuneri; amaze gukoranya ingabo zose za Dawidi, asanga habuzemw’ abantu cumi n’icenda bo na Asaheli.


Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Bīteye mu ngoro, barenga mw iteka basanga aryamye ku kirwa, baramucumita, baramwica, bamuca izosi; baraheza bajana umutwe wiwe, bagenda ijoro ryose bajanye ikiyaya Araba.


Garuka, mukunzi wanje, umere nk’ingeregere canke nk’umukangara w’impongo Wo ku misozi y’i Beteri, Igihe ca ni musi kitarashika, ibitūtu vyo ku kirengazuba bitarazimangana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ