Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

28 Nuko Yowabu aca avuza inzamba, abantu bose barahagarara, ntibakomeza gukurikirana Abisirayeli canke kubarwanya ukundi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:28
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yowabu araheza avuza inzamba, ingabo zirahindukira, zireka gukurikira Abisirayeli, kuko Yowabu azibujije.


Yowabu aramwishura, ati Ndahiye uguhoraho kw’Imana, iy’ utagira ico uvuga, bgari kurinda buca abantu batarareka gukurikirana bene wabo.


Maz’ uwo mugore aja mu bantu bose ajanye inama y’ubgenge; na bo baragenda baca izosi Sheba mwene Bikuri, bashiburira Yowabu umutwe wiwe. Na we araheza avuza inzamba, abantu bose bava ku gisagara, baratandukana, umuntu wese ataha i we. Yowabu na we atabarukira i Yerusalemu i bgami.


Nuko haba intambara kumara igihe kirekire hagati y’ab’ inzu ya Sauli n’ab’ iya Dawidi; Dawidi agenda arushiriza kuba agahambaye, arikw ab’ inzu ya Sauli bo bagenda bashira inkomezi.


Bukeye Yonatani atera abo mu nsago z’ Abafilisitiya i Geba, arabatsinda; abandi Bafilisitiya baravyumva. Maze Sauli avugisha inzamba mu gihugu cose, kugira ngw Abaheburayo bavyumve.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ