Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Yowabu aramwishura, ati Ndahiye uguhoraho kw’Imana, iy’ utagira ico uvuga, bgari kurinda buca abantu batarareka gukurikirana bene wabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:27
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abuneri abarira Yowabu, at’ Abasore ni bave hasi, bakinishe inkota twirorērere. Yowabu at’ Ego me ni bave hasi.


Maze Abuneri atera akamo Yowabu, aramubaza, ati Mbeg’ inkota izokwama iririka na ntaryo? Ntuzi yukw amaherezo hazovamw’ intuntu? None mbeg’ uzogeza ryari kutabogoza abantu ngo bave inyuma ya bene wabo?


Nuko Yowabu aca avuza inzamba, abantu bose barahagarara, ntibakomeza gukurikirana Abisirayeli canke kubarwanya ukundi.


ati Ndahiye uguhoraho kw’ Imana, ari yo yandīririye urubanza, Ni yo Īshobora vyose, yagiriye nabi ubugingo bganje,


Ukwishura kwiyoroheje guhwama uburake, Arikw ijambo ribabaza rivyura ishavu.


Gutangura imitongano ni nko kugomorora amazi, Nuko reka ibirake utarasinda.


Imigabo yose ikomezwa n’ inama, Kandi mu kuja mu ntambara urōngōrwe n’inama y’ubgenge.


Ntukihutire kubūrana, Uburuhiro ntuz’ usange waguye mu rudubi, Mugenzawe amaze kukumāramāza.


Urīyāga, uti Nzoba umugabekazi ibihe bidashira. Ivyo ntiwarushe ubishirak’ umutima, canke ngo wibuke iherezo ryavyo.


None rero mugenzi, nk’uk’ Uhoraho yamaho, nawe ukaba uriho, Uhoraho ni we agutesheje ngo ntuvishe amaraso, ntiwīhōre ubgawe; abansi bawe, n’abarondera kukugirira nabi, barakamera nka Nabali, mugenzi!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ