Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Ariko Yowabu na Abishayi bakurikira Abuneri; izuba rirenga bafashe ku musozi Ama, urābana n’i Giya ku nzira ija mu bugaragwa bg’i Gibeyoni.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:24
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko na ho nyene yanka gukebereza i ruhande, bituma Abuneri amuzibura umuhunda w’icumu ku nda, riseruka inyuma, Asaheli yikubita hasi, agwa aho nyene. Maz’ abantu bashitse aho Asaheli aguye, baca bahagararaho.


Maz’ Ababenyamini biyegeraniriza kuri Abuneri, bīrema akarwi kamwe, batonda ku mpinga y’umusozi.


Hanyuma y’ivyo Dawidi anesha Abafilisitiya, abamara igabo, atsinda igisagara cabo gikuru, arakibanyaga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ