Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:22 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

22 Abuneri asubira kubarira Asaheli, ati Ca hiyo, ureke kunkurikira; mbeg’ urinde kuntera kukwica? Nkwishe noshobora nte guhūza amaso na Yowabu mukurwawe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:22
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abuneri aramubarira, ati Kebereza i buryo cank’ i bumoso, ugire uwo mu misore ufata, abe ari we wambura ibirwanishwa vyiwe. Ariko Asaheli yanka gukevya ngw amuve inyuma.


Nuko Abuneri ashitse i Heburoni, Yowabu amwihererana hagati y’ amarembo, nk’ūgira abonane na we ata wumva; araheza amucumita ku nda, agwaho, amuhōye amaraso ya murumuna we Asaheli.


Ūhanūrwa kenshi akagamika izosi Azovunagurwa giturumbuka, atagira gitabara.


Icabayeho cose, izina ryaco caryiswe kera; birazwi umuntu ic’ ari co, kandi yukw adashobora kurwanya Iyimurusha ubushobozi.


Sauli abimenye, abaza Mikali, ati N’iki caguteye kumpenda urtyo, ukareka umwansi wanje, agacika? Mikali yishura Sauli, ati Yambgiye, ati Ndeka ngende, sinkwice.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ