Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Abuneri aramubarira, ati Kebereza i buryo cank’ i bumoso, ugire uwo mu misore ufata, abe ari we wambura ibirwanishwa vyiwe. Ariko Asaheli yanka gukevya ngw amuve inyuma.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:21
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Abuneri akebutse inyuma, aramubaza, ati Mbega ni wewe ga Asaheli? Na we aramwishura, ati Ni jewe.


Abuneri asubira kubarira Asaheli, ati Ca hiyo, ureke kunkurikira; mbeg’ urinde kuntera kukwica? Nkwishe noshobora nte guhūza amaso na Yowabu mukurwawe?


Maze Mpwemu w’Uhoraho amuzako akābushungwe, aramanuka aja i Ashikeloni, yicayo abantu mirongwitatu, abakoba imyambaro yabo, aha bamwe bāpfīndūye ca gisōkōranyo imyambaro yo gukūranya. Araheza arīvumbura, adūga kwa se asuguriwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ