2 Samweli 2:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Bose barasūmirana, umuntu wese asūmira agakanu ka mugenzi we, bazibagurana inkota mu mbavu; bacurikirana hamwe. Ni co catumye aho hantu bahīta Helukati‐hasurimu: ni hafi y’i Gibeyoni. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |