2 Samweli 2:15 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Nuko bava hasi, baraza barahūra, baringanije igitigiri: abo ku ruhande rw’Ababenyamini na Ishibosheti mwene Sauli bar’ icumi na babiri, kand’ abo ku ruhande rwa Dawidi na bo bar’ icumi na babiri nyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |