Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Abuneri abarira Yowabu, at’ Abasore ni bave hasi, bakinishe inkota twirorērere. Yowabu at’ Ego me ni bave hasi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:14
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko bava hasi, baraza barahūra, baringanije igitigiri: abo ku ruhande rw’Ababenyamini na Ishibosheti mwene Sauli bar’ icumi na babiri, kand’ abo ku ruhande rwa Dawidi na bo bar’ icumi na babiri nyene.


Bose barasūmirana, umuntu wese asūmira agakanu ka mugenzi we, bazibagurana inkota mu mbavu; bacurikirana hamwe. Ni co catumye aho hantu bahīta Helukati‐hasurimu: ni hafi y’i Gibeyoni.


Uwo musi haca haba intambara ihambaye cane; Abuneri n’Abisirayeli baraneshwa, bahunga abantu ba Dawidi.


Hanyuma Amaziya atuma intumwa kuri Yehowasi mwene Yehowahazi, Yehowahazi mwene Yehu, umwami w’Abisirayeli, muti N’uze muhangane.


Gukora ikibi ni nk’ibihimbaro ku gipfu, Kand’ ubgenge ni ko bumerera umuntu atahura.


Gutangura imitongano ni nko kugomorora amazi, Nuko reka ibirake utarasinda.


Imigabo yose ikomezwa n’ inama, Kandi mu kuja mu ntambara urōngōrwe n’inama y’ubgenge.


Ntukihutire kubūrana, Uburuhiro ntuz’ usange waguye mu rudubi, Mugenzawe amaze kukumāramāza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ