Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Kandi Dawidi igihe yamaze i Heburoni ar’ umwami w’umuryango w’ Abayuda, n’imyaka ndwi n’amezi atandatu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Ishibosheti mwene Sauli, igihe yima ngw abe umwami w’ Abisirayeli, yar’ amaze imyaka mirongwine; amara imyaka ibiri ari ku ngoma. Arikw ab’ umuryango w’Abayuda bo, bākondoreye inyuma ya Dawidi.


Kand’ imyaka Dawidi yamaze ku ngoma aganza Abisirayeli yari mirongwine, kuko yamaze imyaka ndwi aganziriza i Heburoni, akamara n’ iyindi mirongwitatu n’itatu i Yerusalemu.


Igihe yamaze ku ngoma aganza Abisirayeli yar’ imyaka mirongwine, kuko yamaze imyaka ndwi aganziriza i Heburoni, akamara n’iyindi mirongwitatu n’itatu i Yerusalemu.


Abo ukw ari batandatu ni bo yavyariye i Heburoni; kandi yamaze ku ngoma imyaka ndwi n’amezi atandatu ar’ i Heburoni, n’iyindi mirongwitatu n’itatu ar’ i Yerusalemu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ