Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 2:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Kandi Ishibosheti mwene Sauli, igihe yima ngw abe umwami w’ Abisirayeli, yar’ amaze imyaka mirongwine; amara imyaka ibiri ari ku ngoma. Arikw ab’ umuryango w’Abayuda bo, bākondoreye inyuma ya Dawidi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 2:10
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Dawidi igihe yamaze i Heburoni ar’ umwami w’umuryango w’ Abayuda, n’imyaka ndwi n’amezi atandatu.


Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Aramwimika ngw abe umwami w’i Gileyadi n’ uw’ Abashuri n’uw’ i Yezireli n’ uw’ Abefurayimu n’uw’ Ababenyamini n’uw’ Abisirayeli bose.


Maze Dawidi atuma intumwa kuri Ishibosheti mwene Sauli, muti Muhe umugore wiwe Mikali, uwo yakoye ubugabo ijana yashahuye Abafilisitiya.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ