Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

8 Nuk’ umwami aca arahaguruka, aja kuvyagira ku kirimba. Maze babarira abantu bose, bat’ Ereg’ umwami avyagiye ku kirimba. Nukw abantu bose baza kumushengerera. Kand’ Abisirayeli bose bari barashwiragiye, umuntu wese aja i we.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:8
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi yama akoroka hakiri kare, akagenda agahagarara kw ishikiro ry’ikirimba; maz’ umuntu wese afise urubanza agomba gucirwa n’umwami, Abusalomu akamuhamagara, akamubaza, at’ Uva mu kihe gisagara? Na we at’ Umusavyi wawe nd’ uwo mu muryango munaka wo mu Bisirayeli.


Nuko bajana ikiziga ciwe, bagishiburira mu rwobo runini rwar’ aho mu kibira, bakirundakw ikirundo c’amabuye kinini cane; nukw Abisirayeli bose baratemesha, umuntu wese ahungira i we.


Kandi Dawidi yar’ avyagiye hagati y’amarembo abiri; maz’ inderetsi yūrira hejuru kw irembo ahahereranye n’uruzitiro rw’amabuye; atereje amaso, abona umuntu yiruka ari wenyene.


Umwami arabishura, at’ Ico mushima ni co nemera. Nuk’ umwami ahagarara kw irembo ry’ igisagara, ingabo zose zirarēngāna, uko zār’ ijana‐ijana n’igihumbi‐igihumbi.


Maz’ uwo musi ingabo zigenda zomba mu kugaruka mu gisagara, nk’ukw abahunze mu ntambara bagenda bomba bafise isoni.


Maze nko ku kirengazuba humvikana akāmo mu ngabo, ngo Ni mutahe, musubire mu bisagara vyanyu no mu ntāra z’i wanyu.


Maz’ Abayuda baneshwa n’Abisirayeli, umuntu wese ahungira i we.


Maze Yehoramu aca ajabukana n’imikogote yiwe yose y’intambara, afata i Zayiri; maz’ Abanyedomu bamutaye hagati, ahenga mw ijoro, bo n’abagabisha b’imikogote yiwe, bīcīra inzira mur’ abo Banyedomu; ingabo ziwe zica zirahunga zīsubirira i wabo.


Nukw Abafilisitiya bashirako bararwana, maz’ Abisirayeli baraneshwa, umuntu wese ahungira i we; haba agatikizo gakomeye: mu Bisirayeli hapfa ingabo ibihumbi mirongwitatu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ