Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Nuko none n’uhaguruke, usohoke, ucūrire amajambo abasavyi bawe yo kubahūmuriza; ntanze Uhoraho kw indahiro, n’utāsohoka, nta muntu n’umwe aza gusigara kuri wewe mur’ iri joro. Kand’ ivyo bizokubera nabi kuruta ivyago wakabonye vyose, uhereye mu buto bgawe gushitsa n’ ubu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:7
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ahereza umutima kuri Dina mwene Yakobo; akunda uwo mwigeme, amubarira amagambo asosa.


kuk’ ukunze abakwanse, ukanka abagukunda; ereg’ uyu musi werekanye yukw abagabisha n’abasavyi ari nk’ ubusa kuri wewe; ubu ndamenye yuko Abusalomu iyaba akiriho, tukaba ari twebge twapfuye twese uyu musi, ni vyo uba washimye.


Icubahiro c’umwami giterwa n’ubginshi bg’abantu, Arik’ uguhenebera kwa segaba guterwa no kubura abantu.


Ubunebge butera itiro ryinshi, Kand’ umunyabute azogira inzara.


Ni muhūmurize abantu banje, ni mubahūmurize, ni kw Imana yanyu igize.


Nuko rero, ehe ngira ndamukwēgēre, mmushikane mu bugaragwa, ndamuremeshe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ