Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 kuk’ ukunze abakwanse, ukanka abagukunda; ereg’ uyu musi werekanye yukw abagabisha n’abasavyi ari nk’ ubusa kuri wewe; ubu ndamenye yuko Abusalomu iyaba akiriho, tukaba ari twebge twapfuye twese uyu musi, ni vyo uba washimye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:6
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yowabu yinjira mu nzu ah’ umwami ari, aramubarira, at’ Uyu musi utētereje abantu bawe bose, kand’ ari bo bakijije amagara yawe uyu musi nyene, n’ay’ abahungu bawe n’abakobga bawe, n’ay’ abamikazi bawe n’abagore bawe b’incoreke,


Nuko none n’uhaguruke, usohoke, ucūrire amajambo abasavyi bawe yo kubahūmuriza; ntanze Uhoraho kw indahiro, n’utāsohoka, nta muntu n’umwe aza gusigara kuri wewe mur’ iri joro. Kand’ ivyo bizokubera nabi kuruta ivyago wakabonye vyose, uhereye mu buto bgawe gushitsa n’ ubu.


None birabereye kubarira umwami, ngo Nta co umaze? Canke kubarira abaganwa, uti Muri babi?


Paulo, ati Sinari ndamuzi, bene Data, kw ar’ umuherezi mukuru; kuko handitswe ngo Ntukavuge nabi umukuru wo mu bgoko bganyu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ