Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Maze Yowabu yinjira mu nzu ah’ umwami ari, aramubarira, at’ Uyu musi utētereje abantu bawe bose, kand’ ari bo bakijije amagara yawe uyu musi nyene, n’ay’ abahungu bawe n’abakobga bawe, n’ay’ abamikazi bawe n’abagore bawe b’incoreke,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:5
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi atangura kudūga umusozi Elayono, adūga ararira ingenda, yitwikiriye mu mutwe, atambaye inkweto; kand’ abantu bose bari kumwe na we bitwikira mu mitwe, badūga bararira ingenda.


Nuko bajana ikiziga ciwe, bagishiburira mu rwobo runini rwar’ aho mu kibira, bakirundakw ikirundo c’amabuye kinini cane; nukw Abisirayeli bose baratemesha, umuntu wese ahungira i we.


Uti Kandi mumubarize na Amasa, muti Mbega nawe ntimur’ akara kamwe n’amaraso amwe? Mut’ Imana ize ibimuhanire, kandi birushirije, n’atākugira umugabisha w’ingabo ziwe na ntaryo mu gishingo ca Yowabu.


Kand’ umwami yari yitwikiriye mu maso, avuza induru, ati Yō! Mwananje Abusalomu! Ewe Abusalomu, mwana wanje, mwana wanje we!


kuk’ ukunze abakwanse, ukanka abagukunda; ereg’ uyu musi werekanye yukw abagabisha n’abasavyi ari nk’ ubusa kuri wewe; ubu ndamenye yuko Abusalomu iyaba akiriho, tukaba ari twebge twapfuye twese uyu musi, ni vyo uba washimye.


Kandi nanje naho nd’umwami yimikishijwe amavuta, arik’ ubu nsigaye ncitse urudendevu. Kand’ abo bagabo, abahungu ba Seruwiya, n’abantu badashoboka, barannaniye. Uhoraho n’asubirize umunyakibi mu nkōko nk’ukw ibibi vyiwe bingana.


Ni co catumye ubagabura mu maboko y’abansi babo babashira mu vyago. Maze babonye bari mu vyago, ngo bagutakambire ukabumva uri mw ijuru, ukarungika ababatabara, bakabakūra mu maboko y’abansi babo kubg’ imbabazi zawe nyinshi.


Agakiza n’ak’ Uhoraho: Umugisha utanga ube ku bantu bawe. Sela.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ