Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:42 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

42 Abayuda bose baca bishura Abisirayeli, bati N’uk’ umwami ari twebge dufitaniye akamwe ko hafi. Non’ ivyo ni vyo bibaratsa? Har’ ico yatugaburiye tukabacura? Canke yoba yatugabiye?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:42
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Muti Kw ari mwebge musangiye umuryango, mukaba akara kamwe n’amaraso amwe, none n’iki gituma ari mwebge mugiye guherukira abandi kumugarukana?


Abisirayeli bishura Abayuda, bat’ Umwami tumufiseko hanini ibihetangabo cumi; kubg’ ivyo Dawidi n’uwacu kuruta mwebge. None n’iki catumye mudukēngēra, kand’ ari twebge twabatanze kugira inama yo kugarukana umwami wacu? Arikw Abayuda mu magambo yabo bāri bakarātiye kuruta Abisirayeli.


Bukeye abantu b’i Buyuda baraza, bahimikira Dawidi bamusutsekw amavuta, ngw abe umwami w’ umuryango w’Abayuda. Bukeye babarira Dawidi, bat’ Ab’i Yabeshi‐gileyadi ni bo bāhamvye Sauli.


Bukeye imiryango yose y’ Abisirayeli ija i Heburoni kwa Dawidi, baramubarira, bat’ Ehe rāba, tur’ akara kamwe n’amaraso amwe.


Maz’ Abefurayimu babaza Gideyoni, bati Watubonyekw iki, cātumye utadutabaza ukija kurwana n’Abamidiyani? Baramutonganya cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ