Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:41 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Bukeye Abisirayeli bose bashengerera umwami Dawidi, baramubaza, bati Mugenzi, n’iki gitumye bene wacu b’Abayuda bakuzana nk’abakutwiba, bakakujabutsa Yorodani bo n’abo mu rugo rwawe n’ingabo zawe zose?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:41
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bukeye umwami Dawidi atuma kuri Sadoki na Abiyatari abaherezi, uti Ni mubaze abakuru b’ Abayuda, muti N’iki gituma ari mwebge mugiye guherukira abandi kugarukana umwami i we? Muti Kukw inama y’Abisirayeli bose yo kumugarukana i we yamaze kumushikīra.


Muti Kw ari mwebge musangiye umuryango, mukaba akara kamwe n’amaraso amwe, none n’iki gituma ari mwebge mugiye guherukira abandi kumugarukana?


Maz’ uwo musi ingabo zigenda zomba mu kugaruka mu gisagara, nk’ukw abahunze mu ntambara bagenda bomba bafise isoni.


Maz’ Abefurayimu barakorakorana, baja i burārūko, babaza Yefuta, bati N’iki catumye uja kurwana n’Abamoni, ntudutabaze? Tuzoguturirira mu nzu!


Maz’ Abefurayimu babaza Gideyoni, bati Watubonyekw iki, cātumye utadutabaza ukija kurwana n’Abamidiyani? Baramutonganya cane.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ