Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:36 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

36 Ereg’ icari kinzanye kwar’ ukukujabutsa Yorodani gusa, nkakwigiza imbere, mugenzi; non’ ico ni co cotuma urinda kumpa ingororano ingana irtyo ga mwami?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:36
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ubu ko mmaze imyaka mirongumunani y’amavuka, ndacamenya ibiryoshe n’ibibishe? Jewe umusavyi wawe ubona nkiryoherwa n’ivyo ndya n’ivyo nnywa? Ndacashobora kwumva amajwi y’abaririmvyi, ar’abagabo ar’abagore? Non’ icotuma jewe umusavyi wawe nja kukugora n’iki, mwami wanje nyen’ ingoma?


Ntunga nisubirire mu gisagara c’i wacu, jewe umusavyi wawe, abe ari ho nzogwa, ah’ imva ya data na mama iri. Ariko nguyo Kimuhamu umusavyi wawe; abe ari we ajabukana nawe, mwami wanje nyen’ ingoma; uz’ umukoreshe ico ugomba.


Imisi y’imyaka yacu n’imyaka mirongwirindwi, Canke naho, kubg’ intege nyinshi, yoshika kuri mirongumunani, Yamar’ ivyiratwa vyayo n’ ubutame n’umubabaro, Kukw ishira vuba, natwe tukaba tugurutse.


Kandi wame wibuka Umuremyi wawe mu misi y’ubusore bgawe, imisi mibi itaraza, igihe kitarashika, ah’ uzovuga, uti Nta kikinnezereza;


ingero nziza, itsindagiye, inyingishe, isēsekaye, ni yo bazobaha mu co muteze. Kukw ingero mugeramwo ari yo muzosubirizwamwo namwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ