Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:35 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Ubu ko mmaze imyaka mirongumunani y’amavuka, ndacamenya ibiryoshe n’ibibishe? Jewe umusavyi wawe ubona nkiryoherwa n’ivyo ndya n’ivyo nnywa? Ndacashobora kwumva amajwi y’abaririmvyi, ar’abagabo ar’abagore? Non’ icotuma jewe umusavyi wawe nja kukugora n’iki, mwami wanje nyen’ ingoma?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:35
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Umwami yishura Abusalomu, at’ Oyaye mwananje, ntitwojana twese, ngo tuje kukurusha. Abusalomu aramugōbēra, ariko yanka kugenda, mugabo aramuhezagira.


Dawidi aramubarira, ati Ni twajana uzongora;


Ereg’ icari kinzanye kwar’ ukukujabutsa Yorodani gusa, nkakwigiza imbere, mugenzi; non’ ico ni co cotuma urinda kumpa ingororano ingana irtyo ga mwami?


udashizemw’ abagurano n’abaguranokazi babo, igitigiri cabo bar’ ibihumbi ndwi n’amajana atatu na mirongwitatu n’indwi; kandi bari bafise abaririmvyi b’abagabo n’abagore amajana abiri.


udashizemw’ abagurano n’abaguranokazi babo, igitigiri cabo bār’ ibihumbi ndwi n’ amajana atatu na mirongwitatu n’ indwi; kandi bāri bafise abaririmvyi b’abagabo n’abagore amajana abiri na mirongwine na batanu.


Mbeg’ ugutwi si kwo gutondanuza amajambo, Nk’ukw akanwa kumviriza ivyo kurya?


Mbeg’ ururimi rwanje ruri n’ibifutamye? Akanwa kanje ntikazi gutandukanya ikibi?


Imisi y’imyaka yacu n’imyaka mirongwirindwi, Canke naho, kubg’ intege nyinshi, yoshika kuri mirongumunani, Yamar’ ivyiratwa vyayo n’ ubutame n’umubabaro, Kukw ishira vuba, natwe tukaba tugurutse.


Kand’ iyo nzu ni yaba irimw’ inkehwa, batomara uwo mwagazi, uwo muntu afatanye n’umubanyi wiwe bahereranye, bawusangire, ukw igitigiri c’abantu kiri; ukw igisa c’umuntu wese kiri, abe ari ko muzoharūra igitigiri c’abakwiye kuwusangira.


Umukobga wa Farawo aramwishura, at’ Ego me, genda. Nuk’ uwo mukobga aragenda, ahamagara nyina w’uwo mwana.


kandi nirundiye ifeza n’izahabu, bo n’itunga riherereye ku bami rivuye mu ntāra zose; nirondereye abaririmvyi b’abagabo n’abakobga, bo n’ibinezereza abana b’abantu, ni vyo ncoreke nyinshi cane.


Ariko, ivyo kurya bigumye n’ivy’ abakuze, bafise ubgenge, maze kubgo kwama babukoresha, bumogorera gutandukanya ikibi n’iciza.


asangwa mwarayumvirije mukumva yuk’ Umwami wacu agira neza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ