Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:34 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Ariko Baruzilayi yishura umwami, ati Mbeg’ ugira ngo nshigaje imyaka ingana iki, yotuma ndūgana nawe i Yerusalemu ga mugenzi?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:34
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami abarira Baruzilayi, ati Ngwino tujabukane, nanje nzokumarira vyose dushitse i wanje i Yerusalemu.


Umuntu ni yapfa, mbeg’ azosubira kubaho? Nokwihanganiye imisi y’intambara yanje yose, Nkarorēra igihe canje co kurekurwa.


Ariko, bene Data, ibi ni vyo mvuga, yukw igihe cāgiriye: uhereye none abari n’abagore bamere nk’abatabagira;


ariko mutazi ibizoba ejo. Ubugingo bganyu ni nk’iki? Mur’ umwuka uboneka umwanya muto, ugahava uyongayonga.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ