Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

31 Na Baruzilayi Umunyagileyadi ava i Rogelimu aramanuka, ngw aje kujabukana n’umwami Yorodani, ngw amugeze hakurya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:31
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mefibosheti yishura umwami, ati Ni yagomba n’atware ryose; kizima ugarutse amahoro mu rugo rwawe, mwami wanje nyen’ ingoma.


Ariko bene Baruzilayi Umugileyadi uz’ ubagirire neza, ubashire mu barīra ku meza yawe; kuko na bo bangiriye neza igihe nari narahunze mukurwawe Abusalomu.


Abo mu baherezi n’aba: abo mu ba Habaya, no mu ba Hakosi, no mu ba Baruzilayi, umwe yābiriye umugeni mu bakobga ba Baruzilayi w’Umunyagileyadi, agaca yitiranwa na sebukwe,


Abo mu baherezi ni bo aba: abo mu ba Habaya, no mu ba Hakosi, no mu ba Baruzilayi, umwe yābiriye umugeni mu bakobga ba Baruzilayi w’Umunyagileyadi, agaca yitiranwa na sebukwe,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ