Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:29 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Umwami aramwishura, ati N’iki gituma ushishikara kuzana amajambo y’ivyawe? Namaze kubiheza: mwe na Ziba ni mugende mugabure iryo tongo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:29
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kukw abo mu rugo rwa data twese imbere yawe twār’ abo gupfa gusa; uraheza jewe umusavyi wawe unshira mu barīra ku meza yawe. None har’ ikindi novuga ngo ngutakambire ga mugenzi?


Mefibosheti yishura umwami, ati Ni yagomba n’atware ryose; kizima ugarutse amahoro mu rugo rwawe, mwami wanje nyen’ ingoma.


Maze hār’ umunyarugo wa Sauli yitwa Ziba; nuko baramuhamagara ngo yitabe Dawidi. Umwami aramubaza, ati Ni wewe Ziba? Na we at’ Ego me, ni jewe Ziba umusavyi wawe.


Dawidi aramubarira, ati Mpore nta co utinya, kuko ntazobura kukugirira neza kubga so Yonatani, kandi nzogusubiza amatongo yose ya sogokuru Sauli, kand’ uzohora urīra ku meza yanje na ntaryo.


Umwami araheza ahamagaza Ziba, yar’ umunyarugo wa Sauli, at’ Ivyar’ ivya Sauli vyose n’ivyar’ ivy’ abo mu nzu yiwe bose, mbigabiye mwene shobuja.


Ūbeshera mugenzi we mu mpisho nzomurandura: Ūgamika, akagira umutima wibona, sinzomwihanganira.


Iti Muzogeza hehe kugoreka imanza, No gutinya abanyakibi ku kigohe? Sela.


Ūwishura atarumva Bimubera ubupfu n’agatētereza.


ariko kw ar’ibihāri vy’amajambo n’ivy’ amazina n’ivy’ ivyagezwe vyanyu ubganyu, ni mubimare ubganyu: jeho singomba guca urubanza rwa ben’ ivyo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ