Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Nukw avuye i Yerusalemu gusanganira umwami, umwami aramubaza, ati Mbega n’iki cākubujije kujana nanje ga Mefibosheti?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:25
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Abusalomu abaza Hushayi, at’ Urwo ni rwo rukundo ukunze wa mukunzi wawe? Mbega k’utajanye na we?


Kandi Yonatani mwene Sauli yar’ afise umwana yamugaye ibirenge. Igihe imbitsi yaza ivuye i Yezireli kubika Sauli na Yonatani, uwo mwana yar’ amaze imyaka itanu avutse; maz’ umurezi wiwe aramuhitana, arahunga; akinyaragasa ahunga, aramukorokana, yikubita hasi, aca amugara. Nya mwana yitwa Mefibosheti.


Nuko Mefibosheti mwene Yonatani umwuzukuru wa Sauli arenguka imbere ya Dawidi; akubita inkoro hasi, aramwunamira. Maze Dawidi aravuga, ati Mefibosheti! Aritaba, ati Sabge!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ