Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 bajabuka icambu kugira ngo bajabutse abo mu rugo rw’umwami, bamukorere n’ivyo agomba. Maz’ umwami agira ngw ajabuke Yorodani, Shimeyi mwene Gera yikubita hasi imbere yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:18
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

kandi yari kumwe n’ abantu igihumbi b’Ababenyamini nyene. Kandi Ziba, umwe nyene yamye ar’ umusavyi wa Sauli n’ inzu yiwe, arindimuka kuri Yorodani ari kumwe n’abahungu biwe ukw ar’ icumi na batanu n’abantu biwe ukw ari mirongwibiri, umwami abarorēra,


Abarira umwami, ati Mugenzi, ntumparūrekw ibigabitanyo, canke ngo wibuke ivy’ ubuyobe nakoze, jewe umusavyi wawe, wa musi wava i Yerusalemu, mwami wanje nyen’ ingoma, ng’ unabishirek’ umutima;


Mefibosheti yishura umwami, ati Ni yagomba n’atware ryose; kizima ugarutse amahoro mu rugo rwawe, mwami wanje nyen’ ingoma.


Nawe uz’ uhore umurimira, mwe n’ abahungu bawe n’abantu bawe, mumushikirize imyimbu, kugira ngo mwene shobuja az’ ahore abona ibimutunga. Ariko Mefibosheti mwene shobuja ubgiwe azohora arīra ku meza yanje na ntaryo. Kandi Ziba yar’ afise abahungu cumi na batanu n’abantu atunze mirongwibiri.


Maze hār’ umunyarugo wa Sauli yitwa Ziba; nuko baramuhamagara ngo yitabe Dawidi. Umwami aramubaza, ati Ni wewe Ziba? Na we at’ Ego me, ni jewe Ziba umusavyi wawe.


Mugabo harih’ uwundi ngaho, ni Shimeyi mwene Gera, Umubenyamini w’i Bahurimu, yantutse ibitutsi bibi, umusi naja i Mahanayimu; ariko hanyuma amanuka kuri Yorodani kunsanganira, ndamurahira Uhoraho yuko ntazomwicisha inkota.


Mubgire Imana, mut’ Ereg’ ibikorwa vyawe biteye ubgoba! Ubushobozi bgawe bginshi buzotuma abansi bawe bose bakwunamira baguhema.


Abansi b’Uhoraho bakamwunamira bamuhema: Ariko ba bandi bakaramba ibihe vyose.


Ehe nguhaye bamwe bo mw isinagogi ya Satani, biyita Abayuda, atari bo, ariko babesha; ehe nzobagōbēra kuza, bikubite imbere y’ibirenge vyawe, bamenye yuko nagukunze.


Ugira ngo ni bgo bga mbere kumusiguriza Imana? Ntibikabeho ko nokora nk’ivyo! Mugenzi, ntunshirekw ikintu nk’ico, jewe umusavyi wawe, canke ku b’inzu ya data iyo bava bakagera; kukw ata kintu na kimwe nari nzi mur’ ivyo vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ