Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 19:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Maze Shimeyi mwene Gera Umubenyamini w’i Bahurimu, na we arabandanya, amanukana n’abo Bayuda gusanganira umwami Dawidi,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 19:16
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ uwo mugabo wiwe aramuherekeza, agenda ararira inzira yose, arinda amushikana i Bahurimu. Ashitseyo, Abuneri aramubarira, ati Hogi subira inyuma; nukw aca asubira inyuma.


Mugabo harih’ uwundi ngaho, ni Shimeyi mwene Gera, Umubenyamini w’i Bahurimu, yantutse ibitutsi bibi, umusi naja i Mahanayimu; ariko hanyuma amanuka kuri Yorodani kunsanganira, ndamurahira Uhoraho yuko ntazomwicisha inkota.


Maze Satani yishura Uhoraho, at’ Amagara akābga ayandi! Mber’ ivy’ umuntu atunze vyose yobitanga ku magara yiwe.


Wuzure vuba n’ūkurega mukiri mu nzira; ūkurega ntagushikirize umucamanza, umucamanza akaguha umusoda, ugashirwa mw ibohero.


Kand’ uz’ unyitangire imbere, umanuke i Gilugali; nanje nyene nzomanuka ngusangeyo, nje kwosa ibimazi no gutanga ivy’ ishimwe. Uz’ undorēre imisi ndwi kugeza igihe nzogusangayo nkakwereka uk’ ukwiye kugenza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ