Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Abisirayeli baneshwa n’abantu ba Dawidi; uwo musi haba agatikizo gakomeye, hapfa ibihumbi mirongwibiri,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:7
12 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Uko ni ko Abusalomu yagenza Abisirayeli bose baza kwitwara ku mwami; nukw atwara imitima y’ Abisirayeli.


Nukw izo ngabo zija gutegera Abisirayeli mu gahinga; urugamba rurumanira mu kibira c’i Bgefurayimu.


kukw intambara yar’ ikwiye hose mur’ ico gihugu. Uwo musi ikibira kimira abantu benshi kuruta abishwe n’inkota.


Uwo musi haca haba intambara ihambaye cane; Abuneri n’Abisirayeli baraneshwa, bahunga abantu ba Dawidi.


Maze Abuneri atera akamo Yowabu, aramubaza, ati Mbeg’ inkota izokwama iririka na ntaryo? Ntuzi yukw amaherezo hazovamw’ intuntu? None mbeg’ uzogeza ryari kutabogoza abantu ngo bave inyuma ya bene wabo?


Arikw ingabo za Dawidi zari zishe abantu amajana atatu na mirongwitandatu mu Babenyamini no mu ngabo za Abuneri.


Kuk’ uwo mwami Peka mwene Remaliya yishe mu Bayuda ingabo ibihumbi ijana na mirongwibiri ku musi umwe, bose ar’ abantu b’abahizi; inyanduruko n’uko bāri baretse Uhoraho Imana ya ba sekuruza.


Ni wewe uha abami agakiza: Kiza Dawidi umusavyi wawe inkota yica.


Vy’ukuri, umunyakibi akazobura guhanwa! Arik’ uruvyaro rw’abagororotsi ruzorokorwa.


Mwana wanje, utinye Uhoraho, bo n’umwami, Kandi ntukifatanye n’abagarariji:


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ