Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Umwami arabishura, at’ Ico mushima ni co nemera. Nuk’ umwami ahagarara kw irembo ry’ igisagara, ingabo zose zirarēngāna, uko zār’ ijana‐ijana n’igihumbi‐igihumbi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:4
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Dawidi aharūra ingabo zari kumwe na we, ashirah’ abagaba igihumbi‐igihumbi n’abagaba ijana‐ijana.


Kandi Dawidi yar’ avyagiye hagati y’amarembo abiri; maz’ inderetsi yūrira hejuru kw irembo ahahereranye n’uruzitiro rw’amabuye; atereje amaso, abona umuntu yiruka ari wenyene.


Maz’ umwami agera Yowabu na Abishayi na Itayi, arababarira, ati Muze mundindire uwo muhungu Abusalomu, mumubungabunge. Kand’ ingabo zose zarumva, ah’ umwami yagera abo bagabisha bose ivya Abusalomu.


n’uwicaye aca imanza azomubera umutima uca iziroranye, kand’ azobera inkomezi abasubiza urugamba inyuma y’ amarembo.


Maz’ abaganwa b’Abafilisitiya bagenda bajanye ingabo zabo, hamwe ijana‐ijana, ahandi igihumbi‐igihumbi; kandi Dawidi n’ingabo ziwe bazanana na Akishi babakurikiye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ