Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:33 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

33 Umwami avyumvise, inkonko irakoroka, yūrira mu cumba cubatswe hejuru kw irembo, arira; akirikw aragenda aravuga, ati Yō! Mwananje Abusalomu! Es’ umwananje! Ewe mwananje Abusalomu! Iyo mpfuma ari jewe mpfa mu gishingo cawe, ewe Abusalomu mwana wanje, mwana wanje we!

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:33
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Aburahamu ababazwa cane n’ ivy’ uwo mwana wiwe.


Bukeye Yowabu umwana wa Seruwiya amenya k’ umwami afitiye inkumbu Abusalomu.


Hanyuma babarira Yowabu, bat’ Ereg’ umwami arikw araririra Abusalomu, amuborogera.


Kand’ umwami yari yitwikiriye mu maso, avuza induru, ati Yō! Mwananje Abusalomu! Ewe Abusalomu, mwana wanje, mwana wanje we!


Nk’uko se w’abana abagirira akagongwe, Ni k’Uhoraho akagirira abamwubaha.


Es’ icompa ukabaharira icaha cabo! Na ho bidashobotse, jewe upfume usibanganya izina ryanje mu gitabo cawe wanditse.


Imigani ya Salomo. Umwana w’ubgenge anezereza se, Arik’ umwana w’igipfu ababaza nyina.


Umwana w’igipfu n’umubabaro kuri se, Kandi n’agaterantuntu kuri nyina yamuvyaye.


Iyaba vyashoboka, noshimye kuvumwa no kuba igicibga kuri Kristo kubga bene wacu, abo tuvukana ku mubiri,


Eliya yar’ umuntu ameze nkatwe, asaba yinginga ngw imvura ntigwe, imvura imara imyaka itatu n’amezi atandatu itagwa mu gihugu;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ