Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 Ingabo ziramuhakanira, bat’ Eka ntiwojana natwe; kuko naho tworamuka duhunze, ntibobibabara, canke hapfuye kimwe ca kabiri cacu, na ho nyene ntibibishirak’ umutima; ariko wewe urengeye abantu ibihumbi cumi bo muri twebge. Icoba ciza n’uko wokwitegura kudutabara uvuye mu gisagara.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:3
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yowabu aramubarira, at’ Abasiriya ni baramuka bagomba kunnanira, uraza untabare; kandi nawe Abamoni ni baramuka bagomba kukunanira, nanje ndaza kugutabara.


ndamusēsekeko akirushe, acihebuye, ndamuce ivutu; maz’ abantu bari kumwe na we bose baza guca bahunga, mpeze nice umwami wenyene.


Ariko Abishayi umwana wa Seruwiya aramutabara, asogota uwo Mufilisitiya, aramwica. Maz’ abantu ba Dawidi baramurahira, bati Ntuzosubira na mba kujana natwe mu ntambara, ntuz’ uhave uzimya itara ry’Abisirayeli.


Kand’ umwami w’i Siriya yari yabariye abagabisha b’imikogote yiwe y’intambara, ukw ari mirongwitatu na babiri, ati Ntimutumbere kurasa abandi, ar’ aboroshe cank’ abahambaye, atar’ umwami w’Abisirayeli wenyene.


Uwar’ atubereye nk’impwemu duhumeka, uwari yararobanujwe amavuta n’Uhoraho, yakorokeye mu vyobo vyabo, Kand’ ari we twari twishimiye, ngo mu gitūtu ciwe ni ho tuzoba, uko turi hagati mu mahanga.


Ikangure, wa nkota we, urwanye umwungere wanje, urwanye umuntu mugenzanje, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize; kubita umwungere, intama zisanzare; kandi n’imyagazi nzoyihindurirak’ ukuboko kwanje.


Mur’ ukwo kuvyina, abagore bāgenda baritabiriza, bati Sauli yishe ibihumbi, Dawidi we yica ibihumbi indiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ