2 Samweli 18:28 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)28 Maze Ahimasi ashira ijwi hejuru, abarira umwami, ati Vyose vyagenze neza. Araheza akubita inkoro hasi imbere y’umwami, aramubarira, at’ Uhoraho Imana yawe ahimbazwe, yaguhaye abantu bari bakubanguriye amaboko, mwami wanje nyen’ ingoma. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |