Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Iyo nderetsi iravuga, it’ Umenga uw’ imbere yiruka nka Ahimasi mwene Sadoki. Umwami aravuga, ati N’umuntu ameze neza; azoba azanye inkuru nziza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:27
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ iyo nderetsi ibona uwundi muntu yiruka. Ihamagara umushibamyi, it’ Eh’ uwundi muntu yiruka ari wenyene. Umwami aravuga, ati Na we nyene azanye inkuru.


Akibivuga, haza Yonatani mwene Abiyatari umuherezi; Adoniya aramubarira, ati Shika, kuk’ ur’ umuntu ameze neza, ntiwobura kuzana inkuru nziza.


Ya nderetsi iravuga, iti Ya ntumwa ihūye na bo, ariko na yo ntibīkūye ngw igaruke; arik’ uwo muntu, uburyo yirukana umukogote busa n’ingendo ya Yehu mwene Nimushi, kukw agenda awugurukana.


Nk’ukw imbeho ya shelegi imera mu gihe c’iyimbura, Ni ko n’intumwa yizigirwa imerera abayitumye, Kukw ihēmbūra umutima wa ba shebuja.


Nk’ukw amazi apfutse amerera umutima ufise icākāka, Ni ko n’inkuru nziza zimera, zivuye mu gihugu ca kure.


Ereg’ ibirenge vy’ūzanye inkuru nziza ni vyiza ku misozi, akamamaza ivy’ amahoro, akazana inkuru nziza z’ivyiza, akamamaza ivy’ agakiza, akabarira Siyoni, at’ Imana yawe iri ku ngoma!


Kandi bazosigura ivyiwe bate, batātumwe? Nk’uko handitswe, ngw Ewe kuntu ibirenge vy’abazanye ubutumwa bg’ivyiza ari vyiza!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ