Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

25 Iyo nderetsi ishira ijwi hejuru, ibibgira umwami. Umwami aravuga, ati Ni yaba ari wenyene, har’ inkuru aje kuvuga. Nukw akomeza kubandanya aza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:25
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Dawidi yar’ avyagiye hagati y’amarembo abiri; maz’ inderetsi yūrira hejuru kw irembo ahahereranye n’uruzitiro rw’amabuye; atereje amaso, abona umuntu yiruka ari wenyene.


Maz’ iyo nderetsi ibona uwundi muntu yiruka. Ihamagara umushibamyi, it’ Eh’ uwundi muntu yiruka ari wenyene. Umwami aravuga, ati Na we nyene azanye inkuru.


Kuk’ ukw ari k’Umwami Imana ambariye: ati Genda ushireh’ umushibamyi, az’ avuge ico yabonye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ