Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Uwundi ati Naho bimeze birtyo, mpfuye kwiruka. Yowabu ati Nuko ni wiruke. Nuko Ahimasi ariruka, ajana inzira ica mu kiyaya, aja gutanga wa Munyekushi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:23
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yowabu araheza abarira Umunyekushi, ati Genda ubarire umwami ivyo wabonye. Nuk’ uwo Munyekushi yunamira Yowabu, aca arijura aragenda.


Maze Ahimasi mwene Sadoki arongera abarira Yowabu, at’ Eka naho vyabaye birtyo, ndakwinginze undekure nanje mpfe kugenda, nkurikire uwo Munyekushi. Yowabu aramwishura, ati Wirukanwa n’iki ga mwana wanje, kw ata mpēra y’izo nkuru uja guhabga?


Kandi Dawidi yar’ avyagiye hagati y’amarembo abiri; maz’ inderetsi yūrira hejuru kw irembo ahahereranye n’uruzitiro rw’amabuye; atereje amaso, abona umuntu yiruka ari wenyene.


Bompi birukira icarimwe, kandi wa mwigishwa wundi asiga Petero, amutanga ku mva.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ