Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Yowabu araheza abarira Umunyekushi, ati Genda ubarire umwami ivyo wabonye. Nuk’ uwo Munyekushi yunamira Yowabu, aca arijura aragenda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:21
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yowabu aramwishura, at’ Eka nta nkuru ujana uyu musi: uzoba urazijana ikindi gihe; arik’ uyu musi nta zo uja kuvuga, kuk’ umwana w’umwami yapfuye.


Maze Ahimasi mwene Sadoki arongera abarira Yowabu, at’ Eka naho vyabaye birtyo, ndakwinginze undekure nanje mpfe kugenda, nkurikire uwo Munyekushi. Yowabu aramwishura, ati Wirukanwa n’iki ga mwana wanje, kw ata mpēra y’izo nkuru uja guhabga?


Uwundi ati Naho bimeze birtyo, mpfuye kwiruka. Yowabu ati Nuko ni wiruke. Nuko Ahimasi ariruka, ajana inzira ica mu kiyaya, aja gutanga wa Munyekushi.


Wa Munyekushi aca ashika ubgo nyene, aravuga, ati Nkuzaniye inkuru, mwami wanje nyen’ ingoma. Uyu musi Uhoraho yashubirije mu nkōko abāri baguhagurukiye bose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ