Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Yowabu araheza avuza inzamba, ingabo zirahindukira, zireka gukurikira Abisirayeli, kuko Yowabu azibujije.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:16
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ imisore cumi yatwaza Yowabu ibirwanishwa, ica Abusalomu irya n’ino, iramuhohosha, arapfa.


Nuko Yowabu aca avuza inzamba, abantu bose barahagarara, ntibakomeza gukurikirana Abisirayeli canke kubarwanya ukundi.


Maz’ uwo mugore aja mu bantu bose ajanye inama y’ubgenge; na bo baragenda baca izosi Sheba mwene Bikuri, bashiburira Yowabu umutwe wiwe. Na we araheza avuza inzamba, abantu bose bava ku gisagara, baratandukana, umuntu wese ataha i we. Yowabu na we atabarukira i Yerusalemu i bgami.


Kandi n’inzamba yovuga ijwi ritamenyekana, ni nde yokwitegura gutabara?


Maz’ Abisirayeli babonye Abimeleki apfuye, barataha, umuntu wese aja i we.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ