13 Non’ iyaba nārikoze nkayoba, umwami ntiyari kubura kuvyumva, nawe ukabintāna.
Kand’ imbere yayo nta caremwe gihishijwe, ariko vyose vyambaye ubusa, biragaragara, imbere y’inyonga z’Iyizotubaza ivyo twakoze.