Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Uwo muntu yishura Yowabu, ati Naho nari guhabga amafeza igihumbi mu ntoke, sinari gukoza ukuboko ku mwana w’umwami; kukw ah’ umwami yabīhanikiriza mwe na Abishayi na Itayi, ati Mwirinde ntihaze hagire ūkora kur’ uwo muhungu Abusalomu, natwe twavyumva.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:12
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yowabu abaza uwo muntu amubariye, ati Non’ uramubona uraheza ntiwamutsinda aho nyene ng’ umutūre hasi? Ko mba nkugororeye intete cumi z’ifeza bo n’ umukanda.


Maz’ umwami agera Yowabu na Abishayi na Itayi, arababarira, ati Muze mundindire uwo muhungu Abusalomu, mumubungabunge. Kand’ ingabo zose zarumva, ah’ umwami yagera abo bagabisha bose ivya Abusalomu.


Hanyuma babarira Yowabu, bat’ Ereg’ umwami arikw araririra Abusalomu, amuborogera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ