Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 18:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Yowabu abaza uwo muntu amubariye, ati Non’ uramubona uraheza ntiwamutsinda aho nyene ng’ umutūre hasi? Ko mba nkugororeye intete cumi z’ifeza bo n’ umukanda.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 18:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umuntu arabibona, abibgira Yowabu, at’ Erega nabonye Abusalomu yenena ku giti c’umweloni.


Uwo muntu yishura Yowabu, ati Naho nari guhabga amafeza igihumbi mu ntoke, sinari gukoza ukuboko ku mwana w’umwami; kukw ah’ umwami yabīhanikiriza mwe na Abishayi na Itayi, ati Mwirinde ntihaze hagire ūkora kur’ uwo muhungu Abusalomu, natwe twavyumva.


Uti Kandi mumubarize na Amasa, muti Mbega nawe ntimur’ akara kamwe n’amaraso amwe? Mut’ Imana ize ibimuhanire, kandi birushirije, n’atākugira umugabisha w’ingabo ziwe na ntaryo mu gishingo ca Yowabu.


Kuk’ umwansi yahize umutima wanje; Akantsinda hasi akansiribanga; Yatumye ngerēra ahantu h’ umwiza nk’abāpfuye kera.


Uko ni kw inzira zimeze z’ umuntu wese w’ikirara ku nyungu: Inyungu ikūrah’ ubugingo bga ba nyene yo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ