Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Hushayi yishura Abusalomu, at’ Ubu ho inama Ahitofeli yazanye si yo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:7
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umuntu abarira Dawidi, ati Ahitofeli ari mu bagarariji bafatanije na Abusalomu. Maze Dawidi arasenga, at’ Uhoraho, ndakwinginze, hindura ubusa inama za Ahitofeli.


ariko ni wasubira ku murwa, ukabgira Abusalomu, uti Mugenzi, mbaye umusavyi wawe; uti Nk’ uko nahora nsaba so mu gihe gishize, ni ko nawe nzogusaba. Uko ni k’uzoshobora kugenda unyicira inama za Ahitofeli.


Ahitofeli yishura Abusalomu, ati Genda winjirane baka so b’incoreke, abo yasigaranye urugo; ni ho Abisirayeli bose bazomenya ko wacancabuye na so, abari kumwe nawe bose bagaca barema.


Maze Hushayi arengutse kwa Abusalomu, Abusalomu aramubarira, ati Ahitofeli yatubgiye uku n’uku; none dukore uko yavuze? Ni waba utabishimye, zana inama yawe.


Teranura akanwa uvugire ūtazi kuvuga, Būranira bose abatagira shinge na rugero.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ