Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Maze Hushayi arengutse kwa Abusalomu, Abusalomu aramubarira, ati Ahitofeli yatubgiye uku n’uku; none dukore uko yavuze? Ni waba utabishimye, zana inama yawe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:6
2 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Abusalomu aravuga, ati Mpamagarira Hushayi Umwaruki na we, twumve ico avuga.


Hushayi yishura Abusalomu, at’ Ubu ho inama Ahitofeli yazanye si yo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ