Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

5 Maze Abusalomu aravuga, ati Mpamagarira Hushayi Umwaruki na we, twumve ico avuga.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:5
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umuntu abarira Dawidi, ati Ahitofeli ari mu bagarariji bafatanije na Abusalomu. Maze Dawidi arasenga, at’ Uhoraho, ndakwinginze, hindura ubusa inama za Ahitofeli.


Iyo nama Abusalomu arayishima cane, n’abakuru b’Abisirayeli na bo n’uko.


Maze Hushayi arengutse kwa Abusalomu, Abusalomu aramubarira, ati Ahitofeli yatubgiye uku n’uku; none dukore uko yavuze? Ni waba utabishimye, zana inama yawe.


Arababaza, at’ Inama yanyu n’inki, twokwishura abo bantu bambariye, ngo ni ndabagabanyekw intwaro data yabatwaza?


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ