Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Iyo nama Abusalomu arayishima cane, n’abakuru b’Abisirayeli na bo n’uko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:4
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze nzokugarukanira abantu bose; ushikiriye uwo urondera, bose uzoba ubagarukanye; ni ho abantu bose bazoca bagira umutekano.


Maze Abusalomu aravuga, ati Mpamagarira Hushayi Umwaruki na we, twumve ico avuga.


Nuk’ umwami n’iryo koraniro ryose barabishima;


Iyo nama umwami n’abaganwa barayishima; umwami abigenza nk’ukw inama ya Memukani yar’ iri.


Nuk’ umugore wiwe Zereshi n’abagenzi biwe bose bamugīra inama, bati Ni bashinge igiti c’intambge mirongwitanu z’ukuboko uciriye mu nkokora, maz’ ejo uz’ usabe umwami atange Moridekayi bakimumanikeko; uheze ubone kwinjirana n’umwami ku giturire unezerewe. Nuko Hamani ashima iyo nama; aca ashingisha ico giti.


Abo, naho bāmenye urubanza Imana ica, yukw abakora ibisa birtyo bakwiye gupfa, ntibabikora gusa, ariko batako bagashima n’ababikora.


Sauli arabishura, ati Muragahezagirwa n’Uhoraho kuko mwambabaye!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ