Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Maze Abusalomu n’Abisirayeli basagaza mu gihugu c’i Gileyadi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:26
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kandi Abusalomu yari yagize Amasa umugabisha w’ingabo mu gishingo ca Yowabu. Kandi Amasa uwo yari mwene Yitura, umuntu w’Umwishimayeli; uyo Yitura yari yaratahiye Abigayili mwene Nahashi, Abigayili mwene nyina wa Seruwiya, Seruwiya nyina wa Yowabu.


Nuko Dawidi ashitse i Mahanayimu, Shobi mwene Nahashi w’i Raba mu Bamoni, na Makiri mwene Amiyeli w’i Lo‐debari, na Baruzilayi Umunyagileyadi w’i Rogelimu,


Nukw izo ngabo zija gutegera Abisirayeli mu gahinga; urugamba rurumanira mu kibira c’i Bgefurayimu.


Maz’ ubupfindo bgerekana ishamvu y’umuryango wa Manase, ari we mfura ya Yosefu; imfura ya Manase yari Makiri, se wa Gileyadi; Makiri uwo, ni we yahawe i Gileyadi n’i Bashani, kuko yar’ umuhizi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ