Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Maze Dawidi ashika i Mahanayimu; Abusalomu na we ajabuka Yorodani, ari kumwe n’ Abisirayeli bose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:24
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Izo mbabazi zose wagiriye umusavyi wawe, n’ukuntu utampemukiye, sinari mbereye kugirirwa na bikeya; kuko najabutse Yorodani uru nitwaje akoho gusa, none nahindutse imice ibiri.


Yakobo ababonye, aravuga, at’ Aha ni ho ingabo z’Imana zishagaje: yita aho hantu Mahanayimu.


Kandi Abuneri mwene Neri, umugabisha w’ingabo za Sauli, yari yarajanye Ishibosheti mwene Sauli, aramujabutsa amujana i Mahanayimu.


Garuka, garuka, Mushulamukazi we! Garuka, garuka, ngo tukwitegereze. Mugombera iki kwitegereza Umushulamukazi, Nk’uko mwokwitegereza abiyeretsi b’i Mahanayimu?


no guhēra i Heshiboni ugashitsa i Ramati‐Misipa n’i Betonimu, no guhēra i Mahanayimu ugashitsa ku rubibe rw’i Debira;


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ