2 Samweli 17:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ariko Ahitofeli abonye ko batemeye inama yiwe, ashira amatandiko ku ndogoba yiwe, afata inzira ataha i muhira mu gisagara c’i wabo; araheza aroranya ivyo mu rugo rwiwe, aca yiha umugozi. Nukw arapfa, bamuhamba mu mva ya se. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |