Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Maz’ abantu ba Abusalomu bashikīra nya mugore mu rugo, baramubaza, bati Ahimasi na Yonatani bari hehe? Nya mugore arabishura, ati Bafashe hakurya. Nuko babarondeye, barababura, basubira i Yerusalemu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:20
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ariko ni wasubira ku murwa, ukabgira Abusalomu, uti Mugenzi, mbaye umusavyi wawe; uti Nk’ uko nahora nsaba so mu gihe gishize, ni ko nawe nzogusaba. Uko ni k’uzoshobora kugenda unyicira inama za Ahitofeli.


Abākirizi bishura Farawo, bati N’ ukw abagore b’Abaheburayo batamera nk’ab’ Abanyegiputa, kuko banyarutsa, bakavyara umwākirizi atarabashikīra.


Ntimuze mwibe, ntimuze mugunge, canke ngo mubeshane.


Sisera aramubarira, ati Genda wihagararire mu muryango w’ihema, maze ni hagira umuntu aza, akakubaza, ati Har’ umuntu aje ngaho? umwishure, uti Na mba.


Dawidi yishura Ahimeleki umuherezi, at’ Umwami yantumye ku rubanza, arambarira ngo ntihagire umuntu n’umwe amenya ivy’ urwo rubanza yantumyeko, cank’ ico yangeze. Kand’ imikangara yanje nayirangiye ko tuzohūrira ahanaka.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ