Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 ndamusēsekeko akirushe, acihebuye, ndamuce ivutu; maz’ abantu bari kumwe na we bose baza guca bahunga, mpeze nice umwami wenyene.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:2
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuk’ umwami n’ abantu bose bari kumwe na we bashika i Ayefimu; aruhukirayo.


Hanyuma Ahitofeli abarira Abusalomu, ati Hinge ntoranye ingabo ibihumbi cumi na bibiri, mpaguruke nkurikire Dawidi mur’ iri joro nyene;


Kand’ umwami w’i Siriya yari yabariye abagabisha b’imikogote yiwe y’intambara, ukw ari mirongwitatu na babiri, ati Ntimutumbere kurasa abandi, ar’ aboroshe cank’ abahambaye, atar’ umwami w’Abisirayeli wenyene.


Ntutwikire igicumuro cabo, ntusibanganye icaha cabo ngo kive imbere yawe, kukw ijambo ryabo ar’ akavunamutima ku bubatsi.


Ikangure, wa nkota we, urwanye umwungere wanje, urwanye umuntu mugenzanje, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize; kubita umwungere, intama zisanzare; kandi n’imyagazi nzoyihindurirak’ ukuboko kwanje.


Abo barimyi babonye wa mwana wiwe, baravugana, bat’ Urya ni we samuragwa: ni muze tumwice, tuze twegukire umwandu wiwe.


Maze Yesu arababgira, ati Mwebge mwese mur’ iri joro ivyanje bihava bibatsitaza; kuko handitswe, ngo Nzokubita umwungere, intama z’umukuku zisanzare.


kandi nta co mwiyumvira yukw ar’ ibibereye kubganyu k’umuntu umwe apfira abantu, hak’ ubgoko bgose buhona.


uko babategeye mu nzira, bakica abasigaye inyuma bo muri mwebge, abanyantegenke bose, hamwe mwari munaniwe murushe; ntibatinye Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ