Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




2 Samweli 17:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Arik’ umwana w’umuhungu arababona, aragenda abibarira Abusalomu; na bo baragenda bihuta bompi, bashika i Bahurimu ku muntu yar’ afise icobo cimbge mu rugo rwiwe co kubīka amazi, bururukirayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




2 Samweli 17:18
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami Dawidi ashitse i Bahurimu, hasokoroka umuntu wo mu muryango wa Sauli yitwa Shimeyi mwene Gera, agenda aramutuka inzira yose.


Maze Shimeyi mwene Gera Umubenyamini w’i Bahurimu, na we arabandanya, amanukana n’abo Bayuda gusanganira umwami Dawidi,


Maz’ uwo mugabo wiwe aramuherekeza, agenda ararira inzira yose, arinda amushikana i Bahurimu. Ashitseyo, Abuneri aramubarira, ati Hogi subira inyuma; nukw aca asubira inyuma.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ