2 Samweli 17:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kandi Yonatani na Ahimasi bāri babaye barīkinga i Eni‐rogeli, umuguranokazi akāma aja kubacira agace, na bo bakaja kubibgira umwami Dawidi; kuko batātinyuka gushika ku murwa icese. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |