2 Samweli 17:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 None rero ni mutume kuri Dawidi vuba, mut’ Iri joro nturāre ku majabukiro afata mu bugaragwa, ariko ntihagire ikikubuza kujabuka; muti Kugira ngo ntibakumirane n’abantu bose muri kumwe, mugenzi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |